ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 11/14 rup. 1
  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 10 Munyonyo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 10 Munyonyo
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2014
  • Udutwe
  • INDWI ITANGURA KU WA 10 MUNYONYO
Igikorwa dukorera Ubwami—2014
km 11/14 rup. 1

Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 10 Munyonyo

INDWI ITANGURA KU WA 10 MUNYONYO

Ururirimbo rwa 99 n’isengesho

Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero:

cl ikig. 15 ing. 20-23, n’uruzitiro ruri ku rup. 157 (Imin. 30)

Ishure ry’ubusuku bwa gitewokarasi:

Igisomwa ca Bibiliya: Gusubira mu vyagezwe 19-22 (Imin. 10)

No. 1: Gusubira mu vyagezwe 22:20-30 (Imin. 4 canke idashika)

No. 2: Tuvuge iki ku bugenzi bwo kuri Internet?—yp2 rup. 99-104 (Imin. 5)

No. 3: Ni kubera iki Shetani agendagenda “nk’intambwe yivuga,” kandi aba ashaka gukora iki?—lv rup. 183 ing. 3 (Imin. 5)

Ikoraniro ry’umurimo:

Ururirimbo rwa 12

Imin. 10: Nubaze ibibazo umucungezi w’umurimo. Igikorwa ujejwe kigizwe n’ibiki? Igihe ugendeye umugwi wo gusohoka mu ndimiro, ni ibiki wihatira gukora? Abagize uwo mugwi boshobora gute kwungukira bimwe bishitse ku kuba wabagendeye? Ufasha gute umwamamaji akwituye ngo umusahirize mu muce kanaka w’ubusuku?

Imin. 20: “Turyohore ubuhanga bwacu mu busuku—Kwitwararika uwo muganira.” Ikiganiro c’uguhana ijambo n’abumviriza. Inyuma y’ico kiganiro, nimugire imyerekano ibiri. Ubwa mbere, nusabe umwamamaji yerekane uburyo bwo gushikiriza ibisohokayandikiro vyo gushikirizwa muri uku kwezi, ariko abigire atitwararika uwo baganira. Ubugira kabiri, nimusubiremwo uwo mwerekano, ubu hoho uwo mwamamaji aritwararika uwo baganira.

Ururirimbo rwa 84 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika