Ibikurubikuru vyo mu murimo wo mu ndimiro
Ndamukiza kwari ukwezi kudasanzwe. Mu mice yose harabaye iyongerekana: ibitabu, abamamaji, amasaha, ibinyamakuru, amasubirayo, inyigisho za Bibiliya no mu batsimvyi basanzwe! Abamamaji 12.189 bayoboye inyigisho za Bibiliya 37.231; ivyo bikaba vyatumye haba iyongerekana ry’ibice 10 kw’ijana ufatiye ku bitigiri vya Ndamukiza mu mwaka uheze!