ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 10/14 rup. 1
  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 13 Gitugutu

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 13 Gitugutu
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2014
  • Udutwe
  • INDWI ITANGURA KU WA 13 GITUGUTU
Igikorwa dukorera Ubwami—2014
km 10/14 rup. 1

Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 13 Gitugutu

INDWI ITANGURA KU WA 13 GITUGUTU

Ururirimbo rwa 8 n’isengesho

Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero:

cl ikig. 14 ing. 10-15 (Imin. 30)

Ishure ry’ubusuku bwa gitewokarasi:

Igisomwa ca Bibiliya: Gusubira mu vyagezwe 4-6 (Imin. 10)

No. 1: Gusubira mu vyagezwe 4:29-43 (Imin. 4 canke idashika)

No. 2: ‘Yezu yarize kugamburuka’​—cf rup. 56-57 ing. 1-5 (Imin. 5)

No. 3: Ivyiza biva ku kuba inzirabugunge—lv rup. 170 ing. 18-19 (Imin. 5)

Ikoraniro ry’umurimo:

Ururirimbo rwa 92

Imin. 5: Kwamamaza tubona ko ibintu vyihutirwa bisobanura iki? Insiguro irimwo igishika ishingiye kuri 2 Timoteyo 4:2. Nukoreshe ibivugwa mu Munara w’Inderetsi wo ku wa 15 Ntwarante 2012, urupapuro rwa 16, ingingo ya 7-9.

Imin. 10: Ni kubera iki igikorwa cacu co kwamamaza cihutirwa? Insiguro ishikirizwa n’umukurambere ishingiye ku Munara w’Inderetsi wo ku wa 15 Ntwarante 2012, urupapuro rwa 15-16, ingingo ya 3-6, no ku rupapuro rwa 17-18, ingingo ya 14-18. Niwerekane ukuntu gushira mu ngiro ubuyobozi buri mu biganiro vyo mu Gikorwa dukorera Ubwami bivuga ngo “Turyohore ubuhanga bwacu mu busuku” bishobora kudufasha kwamamaza tubona ko ibintu vyihutirwa.

Imin. 15: “Ntugishe uturyo uronka two kwamamaza!” Ibibazo n’inyishu. Igihe mwihweza ingingo ya 3, nusabe abumviriza bavuge ivyo biboneye igihe bariko baramamaza akaryo kizanye. Mu gusozera niwerekane isano riri hagati y’ayo mayagwa n’icivugo c’uku kwezi. Nuremeshe kandi abumviriza gusoma ibiganiro bibiri vyo mu Munara w’Inderetsi bivuga ngo “Ikiyago Icabona ca Yehova agirana n’uwo abwira inkuru nziza” bizokoreshwa mw’Ikoraniro ry’umurimo rikurikira.

Ururirimbo rwa 97 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika