ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 8/14 rup. 3
  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 25 Myandagaro

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 25 Myandagaro
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2014
  • Udutwe
  • INDWI ITANGURA KU WA 25 MYANDAGARO
Igikorwa dukorera Ubwami—2014
km 8/14 rup. 3

Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 25 Myandagaro

INDWI ITANGURA KU WA 25 MYANDAGARO

Ururirimbo rwa 112 n’isengesho

Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero:

cl ikig. 12 ing. 1-8 (Imin. 30)

Ishure ry’ubusuku bwa gitewokarasi:

Igisomwa ca Bibiliya: Guharūra 14-16 (Imin. 10)

Isubiramwo ryo mw’Ishure ry’ubusuku bwa gitewokarasi (Imin. 20)

Ikoraniro ry’umurimo:

Ururirimbo rwa 96

Imin. 5: Ivyabonywe ng’aho iwanyu. Mu buryo bw’agakino, nimusubiremwo icabonywe kimwe canke bibiri aho umwamamaji atangaza Ubwami bw’Imana n’umutima rugabo. Nimuganire muri make ibivugwa mu Baheburayo 6:11, 12, mushimike ku kamaro ko kwerekana ubwira mu gutangaza Ubwami bw’Imana.

Imin. 10: Gusigura Ubwami—Igice ca 1. Insiguro ishikirizwa n’umukurambere ishingiye ku gitabu Ishure ry’Ubusuku, urupapuro rwa 280, ingingo ya 1-4.

Imin. 15: Gusigura Ubwami—Igice ca 2. Ikiganiro c’uguhana ijambo n’abumviriza gishingiye ku gitabu Ishure ry’Ubusuku, kuva ku rupapuro rwa 280, ingingo ya 5, gushika ku rupapuro rwa 281, ingingo ya 1. Nimushiremwo umwerekano w’umwamamaji ariko arafasha umuntu kuzirikana ku vy’uko Ubwami bw’Imana ari intwaro ibaho koko.

Ururirimbo rwa 101 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika