ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 12/13 rup. 7
  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 30 Kigarama

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 30 Kigarama
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2013
  • Udutwe
  • INDWI ITANGURA KU WA 30 KIGARAMA
Igikorwa dukorera Ubwami—2013
km 12/13 rup. 7

Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 30 Kigarama

INDWI ITANGURA KU WA 30 KIGARAMA

Ururirimbo rwa 126 n’isengesho

□ Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero:

jl icigwa 26-28 (Imin. 30)

□ Ishure ry’ubusuku bwa gitewokarasi:

Igisomwa ca Bibiliya: Ivyahishuwe 15-22 (Imin. 10)

Isubiramwo ryo mw’Ishure ry’ubusuku bwa gitewokarasi (Imin. 20)

□ Ikoraniro ry’umurimo:

Ururirimbo rwa 43

Imin. 10: “Nubafashe ‘kutanyiganyiga mu kwizera.’ ” Insiguro. Mu nyuma, nimugire umwerekano mugufi w’ukuntu twokoresha ibinyamakuru mu gutanguza inyigisho ya Bibiliya ku wa gatandatu wa mbere wa Nzero. Niba ikinyamakuru co muri Nzero kitaraboneka, nimukoreshe ibinyamakuru muheruka kuronka mw’ishengero kandi mwisunge Igikorwa dukorera Ubwami catanzwemwo uburyo bwo kubishikiriza. Nimuremeshe bose kubigiramwo uruhara.

Imin. 10: Nufashe umwana wawe kuba umwamamaji. Insiguro ishingiye ku gitabu Twagizwe ishirahamwe, urupapuro rwa 82, ingingo ya 1-2. Nubaze ibibazo umuvyeyi w’intangakarorero afise umwana w’umwamamaji atarabatizwa. Yafashije gute umwana wiwe gutera imbere no gukwiza ibisabwa vyo kuba umwamamaji?

Imin. 10: Ntituri twenyene. (2 Abm. 6:16) Ikiganiro c’uguhana ijambo n’abumviriza gishingiye ku Gitabu c’umwaka 2013, kuva ku rupapuro rwa 47, ingingo ya 3, gushika ku rupapuro rwa 48, ingingo ya 2. Nusabe abumviriza bavuge ivyigwa bahigiye.

Ururirimbo rwa 119 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika