ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 5/13 rup. 2
  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 20 Rusama

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 20 Rusama
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2013
  • Udutwe
  • INDWI ITANGURA KU WA 20 RUSAMA
Igikorwa dukorera Ubwami—2013
km 5/13 rup. 2

Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 20 Rusama

INDWI ITANGURA KU WA 20 RUSAMA

Ururirimbo rwa 70 n’isengesho

□ Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero:

jr ikig. 9 ing. 14-19 (Imin. 30)

□ Ishure ry’ubusuku bwa gitewokarasi:

Igisomwa ca Bibiliya: Yohani 8-11 (Imin. 10)

No. 1: Yohani 8:12-30 (Imin. 4 canke idashika)

No. 2: Ni intambwe izihe twotera kugira twikingire abigisha b’ikinyoma?—Rom. 16:17; 2 Yoh. 9-11 (Imin. 5)

No. 3: Abakirisu bakwiye gukoresha izina ry’uruharo ry’Imana—td 43A (Imin. 5)

□ Ikoraniro ry’umurimo:

Ururirimbo rwa 96

Imin. 10: Uburyo bwo kwagura ubusuku bwawe—Igice ca 3. Ikiganiro c’uguhana ijambo n’abumviriza gishingiye ku gitabu Twagizwe ishirahamwe, kuva ku rupapuro rwa 116, ingingo ya 1, gushika ku rupapuro rwa 117, ingingo ya 1. Nubaze muri make umwamamaji yafashije mu bwubatsi bw’Ingoro z’Ubwami canke mu bwubatsi bw’ishami aho iwanyu.

Imin. 10: Yehova aradufasha gushitsa amabanga tujejwe. (Kuv. 4:10-12; Flp. 4:13) Ikiganiro c’uguhana ijambo n’abumviriza gishingiye ku Gitabu c’umwaka 2013, urupapuro rwa 101, ingingo ya 3; no kuva ku rupapuro rwa 111, ingingo ya 2, gushika ku rupapuro rwa 112, ingingo ya 2. Nusabe abumviriza bavuge ivyigwa bahigiye.

Imin. 10: “Mbega iki kiganiro kizoshimisha nde?” Ibibazo n’inyishu. Nusabe abumviriza bavuge ahantu hamwehamwe hakorerwa ivy’ubudandaji be n’ahakorera inzego za Leta mu cibare c’ishengero, aho abahakorera boshimishwa n’ibiganiro binaka vyo mu binyamakuru vyacu.

Ururirimbo rwa 92 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika