ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 12/12 rup. 2
  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 17 Kigarama

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 17 Kigarama
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2012
  • Udutwe
  • INDWI ITANGURA KU WA 17 KIGARAMA
Igikorwa dukorera Ubwami—2012
km 12/12 rup. 2

Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 17 Kigarama

INDWI ITANGURA KU WA 17 KIGARAMA

Ururirimbo rwa 97 n’isengesho

□ Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero:

jr ikig. 2 ing. 20-27, n’uruzitiro ruri ku rup. 29 (Imin. 30)

□ Ishure ry’ubusuku bwa gitewokarasi:

Igisomwa ca Bibiliya: Zekariya 1-8 (Imin. 10)

No. 1: Zekariya 8:1-13 (Imin. 4 canke idashika)

No. 2: Ingene twerekana ko Yehova ari Umukama Segaba wacu​—Zab. 73:28 (Imin. 5)

No. 3: Ukugaruka kwa Kristu kumenyekanira ku bintu biboneka biba​—td 35B (Imin. 5)

□ Ikoraniro ry’umurimo:

Ururirimbo rwa 65

Imin. 5: “Ukuntu twoshikiriza ibinyamakuru muri . . .” Ikiganiro c’uguhana ijambo n’abumviriza.

Imin. 10: Ubutumwa dutegerezwa kumenyekanisha​—‘Tinya Imana y’ukuri, witondere ivyagezwe na yo.’ Insiguro irimwo igishika ishingiye ku gitabu Ishure ry’Ubusuku, kuva ku rupapuro rwa 272 gushika ku gatwe kari ku rupapuro rwa 275.

Imin. 15: Woba umaze kubigerageza? Ikiganiro c’uguhana ijambo n’abumviriza. Mu buryo bw’insiguro, nimusubire mwihweze muri make amayagwa ari muri ibi biganiro biherutse gusohoka mu Gikorwa dukorera Ubwami: “Twamamaze ata bwoba mu bibanza bikorerwamwo ivy’ubudandaji” (km 3/12), “Nufashe abantu bumvirize Imana” (km 7/12), be na “Woba wogira uruhara mu kwamamaza ku mugoroba?” (km 10/12). Nusabe abumviriza bagire ico bavuze ku kuntu bungukiye ku gushira mu ngiro inama tugirwa muri ivyo biganiro.

Ururirimbo rwa 117 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika