ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 11/11 rup. 2
  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 21 Munyonyo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 21 Munyonyo
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2011
  • Udutwe
  • INDWI ITANGURA KU WA 21 MUNYONYO
Igikorwa dukorera Ubwami—2011
km 11/11 rup. 2

Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 21 Munyonyo

INDWI ITANGURA KU WA 21 MUNYONYO

Ururirimbo rwa 53 n’isengesho

□ Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero:

bt ikig. 13 ing. 1-7, n’inzitiro ku rup. 100, 103 (Imin. 25)

□ Ishure ry’ubusuku bwa gitewokarasi:

Igisomwa ca Bibiliya: Umusiguzi 7-12 (Imin. 10)

No. 1: Umusiguzi 9:13–10:11 (Imin. 4 canke idashika)

No. 2: Urukundo ntirugira ishari—1 Kor. 13:4 (Imin. 5)

No. 3: Ico imvugo “umuhero w’isi” isobanura (td 14A) (Imin. 5)

□ Ikoraniro ry’umurimo:

Ururirimbo rwa 83

Imin. 10: Amatangazo. Inyishu ku bibazo vyanyu. Insiguro.

Imin. 15: Turahamwa bigashinga intahe. (Luka 21:12, 13) Ikiganiro c’uguhana ijambo n’abumviriza gishingiye ku Munara w’Inderetsi wo ku wa 1 Ndamukiza 2005 urupapuro rwa 22 ingingo ya 1-3, no ku Munara w’Inderetsi wo ku wa 15 Mukakaro 2011 urupapuro rwa 9. Saba abumviriza bavuge ivyigwa bahigiye.

Imin. 10: Ibitabu tuzoshikiriza muri Kigarama. Ikiganiro c’uguhana ijambo n’abumviriza. Nimwihweze ibiranga ivyo bitabu bizoshikirizwa, hanyuma hagirwe umwerekano umwe canke ibiri yerekana ukuntu vyoshikirizwa.

Ururirimbo rwa 35 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika