ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 10/10 rup. 2
  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 18 Gitugutu

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 18 Gitugutu
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2010
  • Udutwe
  • INDWI ITANGURA KU WA 18 GITUGUTU
Igikorwa dukorera Ubwami—2010
km 10/10 rup. 2

Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 18 Gitugutu

INDWI ITANGURA KU WA 18 GITUGUTU

Ururirimbo rwa 45 (123)

□ Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero:

cl ikig. 27 ing. 8-15

□ Ishure ry’ubusuku bwa gitewokarasi:

Igisomwa ca Bibiliya: 1 Ngoma 8-11

No. 1: 1 Ngoma 11:1-14

No. 2: Ni mu buryo butandukanye ubuhe impwemu na wa mugeni bivuga ngo “Ingo”? (Ivyah. 22:17)

No. 3: Abakirisu bakwiye kwubakana gusa n’abakirisu (td 37D)

□ Ikoraniro ry’umurimo:

Ururirimbo rwa 65 (42)

Imin. 5: Amatangazo.

Imin. 10: Akamaro ko kurabana n’abumviriza mu busuku. Ikiganiro c’uguhana ijambo n’abumviriza gishingiye ku gitabu Ishure ry’Ubusuku, urupapuro rwa 124, ingingo ya 1, gushika ku rupapuro rwa 125, ingingo ya 4.

Imin. 20: “Agatabu gashasha tuzoshikiriza.” Ibibazo n’inyishu. Igihe muca irya n’ino ingingo ya 1, nuvuge muri make ibiri muri ako gatabu. Mumaze guca irya n’ino ingingo ya 2 n’iya 3, nihagirwe imyerekano y’ukuntu twoshikiriza ako gatabu hakoreshejwe uburyo bwatanzwe muri ico kiganiro. Mumaze guca irya n’ino ingingo ya 4, nihagirwe umwerekano w’ingene twotanguza inyigisho ya Bibiliya igihe dusubiye kugendera uwo twagashikirije.

Ururirimbo rwa 114 (180)

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika