ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 1/10 rup. 1
  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 11 Nzero

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 11 Nzero
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2010
  • Udutwe
  • INDWI ITANGURA KU WA 11 NZERO
Igikorwa dukorera Ubwami—2010
km 1/10 rup. 1

Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 11 Nzero

INDWI ITANGURA KU WA 11 NZERO

Ururirimbo rwa 201

□ Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero:

lv ikig. 15 ing. 10-17, uruzitiro ruri ku rup. 177

□ Ishure ry’ubusuku bwa gitewokarasi:

Igisomwa ca Bibiliya: Yosuwa 21-24

No. 1: Yosuwa 24:1-13

No. 2: Imana yoba itababara abantu kandi ari ruburakigongwe?

No. 3: Imana itanga ubukiriro biciye gusa kuri Kristu (td 25A)

□ Ikoraniro ry’umurimo:

Ururirimbo rwa 97

Imin. 5: Amatangazo.

Imin. 15: Niwigishe abo mwigana Bibiliya uburyo bwo kwiga. Ikiganiro co guhana ijambo n’abumviriza gishingiye ku mayagwa ari munsi y’agatwe kavuga ngo “Uburyo bwo kwiga” ku rupapuro rwa 28-31 mu gitabu Ishure ry’Ubusuku. Nutangurire ku kugira umwerekano aho umwamamaji azi utuntu n’utundi yereka umutohoji wa Bibiliya mushasha ingene yotegura ivyo yiga akoresheje amayagwa ari ku rupapuro rwa 7 mu gitabu Ivyo Bibiliya yigisha.

Imin. 15: “Noba nkwije ibisabwa kugira namamaze?” Ikiganiro c’ibibazo n’inyishu. Mumaze kurimbura ingingo ya 4, nubaze umwamamaji ibibazo nk’ibi bikurikira: Ni intambamyi izihe wabwirijwe gutsinda kugira wamamaze mu buryo ngirakamaro? Ni mu buryo butandukanye ubuhe wafashijwe kuba umusuku w’umunyamwete kandi yimbuka?

Ururirimbo rwa 43

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika