ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 8/09 rup. 5
  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 31 Myandagaro

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 31 Myandagaro
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2009
  • Udutwe
  • INDWI ITANGURA KU WA 31 MYANDAGARO
Igikorwa dukorera Ubwami—2009
km 8/09 rup. 5

Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 31 Myandagaro

INDWI ITANGURA KU WA 31 MYANDAGARO

Ururirimbo rwa 132

□ Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero:

lv ikig. 9 ing. 13-21, uruzitiro ruri ku rup. 104

□ Ishure ry’ubusuku bwa gitewokarasi:

Igisomwa ca Bibiliya: Guharūra 17-21

Isubiramwo ryo mw’Ishure ry’ubusuku bwa gitewokarasi

□ Ikoraniro ry’umurimo:

Ururirimbo rwa 159

Imin. 5: Amatangazo.

Imin. 10: Ukuntu twofasha abantu kuzirikana ku kiganiro kanaka maze tukavoma inyiyumvo ziri mu mutima. Ikiganiro co guhana ijambo n’abumviriza gishingiye ku gitabu Ishure ry’Ubusuku, ku rupapuro rwa 237, ingingo ya 3, gushika ku rupapuro rwa 238, ingingo ya 5. Mwoshobora kugira umwerekano umwe canke ibiri ishingiye ku vyiyumviro vyatanzwe muri ayo mayagwa.

Imin. 20: “Amakoraniro yo gusohoka mu murimo wo mu ndimiro.” Ikiganiro c’ibibazo n’inyishu.

Ururirimbo rwa 151

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika