ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 6/06 rup. 8
  • Ico twovuga ku vyerekeye ibinyamakuru

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ico twovuga ku vyerekeye ibinyamakuru
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2006
  • Ivyo bijanye
  • Ico twovuga ku vyerekeye ibinyamakuru
    Igikorwa dukorera Ubwami—2010
  • Ico twovuga ku vyerekeye ibinyamakuru
    Igikorwa dukorera Ubwami—2004
  • Ico twovuga ku vyerekeye ibinyamakuru
    Igikorwa dukorera Ubwami—2008
  • Ico twovuga ku vyerekeye ibinyamakuru
    Igikorwa dukorera Ubwami—2009
Ibindi
Igikorwa dukorera Ubwami—2006
km 6/06 rup. 8

Ico twovuga ku vyerekeye ibinyamakuru

Umunara w’Inderetsi 1 Rus.

“Abantu amamiliyoni bo w’isi yose baracumukuzwa n’ubukene. Ubona hokorwa iki kugira bafashwe? [Rindira yishure, uce usoma 1 Petero 2:21.] Iki kinyamakuru kirasigura ingene twokwigana akarorero ka Yezu mu kwitwararika abakene”.

Réveillez-vous! Rus.

“Woba urigera wibaza igituma dusaza? [Rindira yishure.] Insobanuro Bibiliya itanga ku bijanye n’igituma dusaza, irerekana ukuntu Imana yatumye bizoshoboka ko tugira ubuzima budahera. [Soma Yesaya 25:8.] Iyi nomero ya Réveillez-vous! iraca irya n’ino bimwebimwe mu vyiyumviro abantu benshi bafise ubu ku bijanye n’ingene umuntu asaza”.

Umunara w’Inderetsi 15 Rus.

“Woba wohimbarwa no kubaho ibintu vyifashe nk’uko bivugwa muri iki canditswe cahumetswe? [Soma 2 Petero 3:13, uce umureka yishure.] Iki kinyamakuru kirasigura ijuru risha iryo ari ryo be n’isi nsha iyo ari yo. Kiravuga kandi ukuntu ubuzima buzoba butandukanye n’ubwa kino gihe Imana niyamara gushitsa umugambi ifitiye isi”.

Réveillez-vous! Rus.

“Abantu bamwebamwe bibaza yuko ngo kugira umuntu aroranirwe muri iyi si ategerezwa kuba inkazi. Yamara, raba uko Yezu yasavye ko umuntu yomera. [Soma Matayo 5:5, 9.] Ivyo ni ko nawe ubibona? [Rindira yishure.] Iki kinyamakuru kiravuga ivyiza bitatu biva ku kuba indemeshamahoro”. Niwerekane ikiganiro gitangurira ku rupapuro rwa 28.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika