ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 10/04 rup. 7
  • Amatangazo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Amatangazo
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2004
Igikorwa dukorera Ubwami—2004
km 10/04 rup. 7

Amatangazo

◼ Ibisohokayandikiro vyo gushikiriza kuva 1-17 Gitugutu: ibinyamakuru Umunara w’Inderetsi na Be maso!. Ahabonetse abashimishwa, nimushikirize agatabu Ni Ibiki Imana Idusaba?, mugire akigoro kadasanzwe ko gutanguza inyigisho za Bibiliya. 18 Gitugutu–14 Munyonyo: Isekeza ridasanzwe ryo gushikiriza agatabu Mwame mugavye!. 15-30 Munyonyo: Igira kuri wa Mwigisha Ahambaye. Nimba abantu bavuze ko ata bana bafise, nimushikirize agatabu Ni Ibiki Imana Idusaba?. Igihe mukoresha ako gatabu, nimwitunire ku gutanguza inyigisho za Bibiliya zo ku muhana. Kigarama: Nimushikirize igitabu Umuntu Ahambaye Kuruta Ababayeho Bose. Nimba mudafise ico gitabu, mwoshobora gushikiriza ikindi, nk’igitabu La Bible—Parole de Dieu ou des hommes?, Igitabu Canje c’Inkuru za Bibiliya n’igitabu Urashobora Kubaho Ibihe Bidashira mw Iparadizo ngaha kw Isi.

◼ Inyongera yo muri iyi nomero y’Igikorwa dukorera Ubwami ni “Urutonde rw’Ishure ry’ubusuku bwa gitewokarasi rwo mu 2005”. Umuntu rero akwiye kuruzigama kugira ngo azoze ararwikorako mu mwaka wose wa 2005.

◼ Ibiro vy’ishami ntibironsa abamamaji ibisohokayandikiro basavye umwe wese ukwiwe. Umucungezi muhagarikizi akwiye kuringaniza ivy’uko ku kwezi ku kwezi hashikirizwa itangazo imbere y’uko ishengero rirungikira ibiro rwa rukaratasi rwo ku kwezi ku kwezi rwo gusabirako ibisohokayandikiro, kugira ngo abipfuza bose kuronka ibisohokayandikiro ku giti cabo bashobore kubimenyesha umuvukanyi ajejwe ibisohokayandikiro. Turabasavye mugume mwibuka ibisohokayandikiro bisabwa mu buryo budasanzwe ivyo ari vyo.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika