Udukuru twa Gitewokarasi
◼ Ingoro z’Ubwami zikurikira ziheruka gushikirizwa:
Burundi: Giheta, Kabarore, Muyebe na Rumonge.
Kenya: Gatarakwa, Kangundo, Kaseve, Mbiuni, Nairobi-Kasarani East na Nakhwana.
Tanzaniya: Ilula, Kandete, Kasitu, Lwangwa, Masoko, Mbeya-Ilomba, Njelenje, Nyimbili na Vwawa Kaskazini.