ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 7/01 rup. 3
  • Amatangazo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Amatangazo
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2001
Igikorwa dukorera Ubwami—2001
km 7/01 rup. 3

Amatangazo

◼ Ibisohokayandikiro vyo gushikiriza muri Mukakaro na Myandagaro: Ako ari ko kose mu dutabu tw’impapuro 32 dukurikira koshobora gukoreshwa: Bitugendera Gute Iyo Dupfuye?, Dieu se soucie-t-il vraiment de nous?, Doit-on croire à la Trinité?, Intwaro izozana Iparadizo, Iyo Uwo Wakunda Apfuye, Kuba kw’isi ibihe bidashira mu gahimbare!, Le nom divin qui demeure à jamais, Quel est le but de la vie? Comment le découvrir? hamwe na “Voici, je fais toutes choses nouvelles.” Udutabu Connaîtrons-nous un jour un monde sans guerre?, Imizimu y’Abapfuye—Yoba Ishobora Kugufasha Canke Kugutera? Ubwo Irabaho vy’Ukuri?, Nos problèmes: qui nous aidera à les résoudre? hamwe na Un livre pour tous, twoshobora gutangwa aho bibereye. Agatabu Imizimu hamwe n’ibitabu L’humanité à la recherche de Dieu na Les jeunes s’interrogent na vyo nyene bizoshikirizwa. Nyakanga: Le plus grand homme de tous les temps, Urashobora Kubaho Ibihe Bidashira mw Iparadizo ngaha kw Isi, hamwe na La Révélation: le grand dénouement est proche! Gitugutu: Ibinyamakuru Umunara w’Inderetsi na Réveillez-vous! Habonetse abashimishwa igihe dusubiye kubagendera, twoshobora kubasaba kugirisha abonema.

◼ Mu ntango z’ukwezi kwa Nyakanga, abacungezi b’umuzunguruko bazoshikiriza insiguro y’icese ifise umutwe uvuga ngo: “Ukuntu Abakirisu b’Ukuri Bashariza Inyigisho Iva ku Mana.”

◼ Ibisohokayandikiro Bishasha Biboneka:

Who Are Jehovah’s Witnesses? (Ivyabona vya Yehova Ni Bande?) (yateguriwe Abisilamu) (Itaragiti No. 73)—mu Congereza

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika