Udukuru twa Gitewokarasi
◼ Ingoro z’Ubwami zikurikira ziheruka gushikirizwa:
Burundi: Nyanza-Lac.
Kenya: Engineer, Ganjala na Mundika.
Tanzaniya: Langasani, Mbeya Ikuti, Nkoaranga na Ubaruku.
◼ Tanzaniya yacitse ishami kuva kw’itariki ya 1 Ntwarante 2001.