Ibirimwo
No. 1 2016
© 2016 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
UVYIBAZAKO IKI?
Kw’isi ibintu vyoba vyorushiriza kugenda neza abantu bose bakurikije iyi mpanuro yo muri Bibiliya?
“Dushaka kwigenza mu buryo bugororotse muri vyose.”—Abaheburayo 13:18.
Uwu Munara w’Inderetsi urerekana ingene dukwiye kuba imvugakuri mu mice yose y’ubuzima.
IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO
Kubera iki twoba imvugakuri?
Kuvugisha ukuri vyoba vyarataye igihe? 3
Kuba imvugakuri birimwo impera 6
IYI NOMERO IRIMWO KANDI
Wari ubizi? 10
Icogufasha kudahagarika umutima 11
SOMA N’IBINDI KURI INTERNET
(Raba ahavuga ngo INYIGISHO ZO MURI BIBILIYA > INYISHU Z’IBIBAZO BISHINGIYE KURI BIBILIYA)