Ibirimwo
15 Munyonyo 2012
© 2012 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania. Uburenganzira bwose ni ubw’abagisohoye.
Integuro y’ukwiga
IBIGANIRO VY’UKWIGA
24-30 KIGARAMA 2012
“Nyigisha gukora ukugomba kwawe”
URUPAPURO 3 • INDIRIMBO: 69, 120
31 KIGARAMA 2012–6 NZERO 2013
Yezu yaraduhaye icitegererezo co kwicisha bugufi
URUPAPURO 10 • INDIRIMBO: 84, 82
7-13 NZERO 2013
Nutsimbataze agatima nk’ak’umuto
URUPAPURO 15 • INDIRIMBO: 26, 68
14-20 NZERO 2013
Wokwungukira gute ku kuba Yehova yiteguriye kubabarira?
URUPAPURO 21 • INDIRIMBO: 67, 91
21-27 NZERO 2013
URUPAPURO 26 • INDIRIMBO: 77, 118
INTUMBERO Y’IBIGANIRO VY’UKWIGA
IKIGANIRO C’UKWIGA CA 1 URUPAPURO 3-7
Umwami Dawidi wa Isirayeli ya kera yarubaha cane izina rya Yehova n’umugambi wiwe. Yaratahura kandi ingingo ngenderwako ziri mw’Itegeko ry’Imana, agasenga asaba kwigishwa gukora ukugomba kwayo, nk’uko iki kiganiro kivyerekana. Iki kiganiro kiradufasha kandi gutahura igituma dukwiye kwama tubona ibintu nk’uko Yehova abibona.
IKIGANIRO C’UKWIGA CA 2, 3 URUPAPURO 10-19
Kubera ko abakirisu b’ukuri ari abayoboke ba Yezu, baratahura ko bakeneye kwicisha bugufi. Ikiganiro ca mbere kiraca irya n’ino icitegererezo c’ukwicisha bugufi Yezu yatanze kugira ngo dukurikire neza intambuko ziwe. Ikiganiro ca kabiri kirerekana ingene twotsimbataza agatima nk’ak’umuto tukongera tukakagaragaza mu buzima bwacu.
IKIGANIRO C’UKWIGA CA 4, 5 URUPAPURO 21-30
Ivyo biganiro bizodufasha gutahura ukuntu Yehova afise umutima ukunze wo kubabarira mbere ibicumuro bikomeye kuruta ibindi. Ukuntu ibintu vyifashe vyoshobora rimwe na rimwe gutuma bitugora kugira umutima ukunze wo kubabarira abandi. Ariko rero, ingingo ngenderwako zo mu Vyanditswe zirashobora kudufasha gutsinda izo nyiyumvo mbi.
IYI NOMERO IRIMWO KANDI
8 Umusesekara wabo warujurije ugukehanirwa
KU GIPFUKISHO: Kwamamaza mu gasagara ko hagati mu gihugu ka Albarracín muri Espanye. Ishengero rya Teruel, iririmwo abamamaji 78, icibare caryo kigizwe n’ako gasagara ka Albarracín hamwe n’ibindi bisagara n’ibigwati 188
ESPANYE
ABANYAGIHUGU
47.042.900
ABAMAMAJI
111.101
ABITAVYE ICIBUTSO MU 2012
192.942
[Ifoto ku rup. 2]