Ibirimwo
15 Gitugutu 2012
© 2012 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania. Uburenganzira bwose ni ubw’abagisohoye.
Integuro y’ukwiga
IBIGANIRO VY’UKWIGA
26 MUNYONYO 2012–2 KIGARAMA 2012
Twihanganire ingorane zo muri iki gihe n’umutima rugabo
URUPAPURO 7 • INDIRIMBO: 81, 33
3-9 KIGARAMA 2012
URUPAPURO 12 • INDIRIMBO: 122, 124
10-16 KIGARAMA 2012
Nugamburukire Imana maze wungukire ku mihango yayo
URUPAPURO 22 • INDIRIMBO: 129, 95
17-23 KIGARAMA 2012
URUPAPURO 27 • INDIRIMBO: 63, 125
INTUMBERO Y’IBIGANIRO VY’UKWIGA
IKIGANIRO C’UKWIGA CA 1 URUPAPURO 7-11
Tubayeho mu gihe c’ingorane zikomeye. Iki kiganiro kizodufasha kugira ico twigiye ku burorero bwa kera n’ubwo mu bihe vya none bw’abantu bihanganiye ibintu bitoroshe. Kizotwereka kandi ukuntu twogira umutima rugabo be n’ukuntu twobona ibintu mu buryo bwiza naho twoshikirwa n’ibiki.
IKIGANIRO C’UKWIGA CA 2 URUPAPURO 12-16
Isi ya none yuzuyemwo abantu bafise agatima gasambura aho kugira akubaka. Muri iki kiganiro, uzomenya ukuntu wokwirinda udutima n’ibikorwa vyonona ishengero be n’ukuntu wotsimbataza agatima gatuma ugiranira imigenderanire myiza n’abandi.
IKIGANIRO C’UKWIGA CA 3, 4 URUPAPURO 22-31
Ikiganiro ca mbere kirerekana imihango y’agaciro Imana yarahiye ko izoshitsa. Kugira ngo twungukire kuri iyo mihango, dutegerezwa kugamburukira Imana kandi ntitwihindukize mw’ijambo. Ikiganiro kigira kabiri kirerekana uburorero bw’abantu baretse ‘Ego yabo ikaba Ego’ kikongera kikaremesha abakirisu babatijwe gushitsa Ego yabo ihambaye kuruta izindi zose.—Mat. 5:37.
IYI NOMERO IRIMWO KANDI
3 Baritanze babikunze—Muri Brezile
17 Tumaze imyaka 60 dufitaniye ubugenzi kandi ni nk’aho bugitangura
32 Amajambo y’indemesho ‘avuye mu kanwa k’abana’
KU GIPFUKISHO: Umugabo n’umugore b’abatsimvyi bariko barashinga intahe mu gace k’igisagara karimwo uruja n’uruza bakoresheje utuntu dufise udupine bagenda barasunika, dupanzweko ibisohokayandikiro
TIMES SQUARE, MANHATTAN, NEW YORK CITY
ABATSIMVYI
600
BAKORERA MU TURERE
12
TW’I MANHATTAN
AMASHENGERO YOSE HAMWE Y’I MANHATTAN
55
[Ifoto ku rup. 2]