Ibirimwo
1 Ruheshi 2012
© 2012 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania. Uburenganzira bwose ni ubw’abagisohoye.
Bibiliya itandukaniye he n’ibindi bitabu?
IBIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO
4 Ubuhanuzi ivuga bwama buranguka
5 Ntivuga ibitito, ivuga ivyabaye
8 Ni ngirakamaro muri iki gihe
9 ‘Kugira uronke ubuzima budahera’
IVYAMA BISOHOKA
14 Niwiyegereze Imana—‘Uzokwunama unshikire’
15 Abasomyi bacu barabaza . . . Kubera iki Ivyabona vya Yehova bamamaza inzu ku nzu?
16 Niwige Ijambo ry’Imana—Kubera iki dukwiye gukoresha izina ry’Imana?
26 Wari ubizi?
30 Niwigishe abana bawe—Yaragagaje ariko mu nyuma aragamburuka
IYI NOMERO IRIMWO KANDI
10 Coverdale yaratumye haboneka Bibiliya ya mbere ikwiye yo mu congereza
18 Bararwanye urugamba kugira bamamaze inkuru nziza i Tesalonika