ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • w12 15/2 rup. 1-2
  • Ibirimwo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ibirimwo
  • Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2012
  • Udutwe
  • IBIGANIRO VY’UKWIGA
  • INTUMBERO Y’IBIGANIRO VY’UKWIGA
  • IYI NOMERO IRIMWO KANDI
Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2012
w12 15/2 rup. 1-2

Ibirimwo

15 Ruhuhuma 2012

© 2012 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania. Uburenganzira bwose ni ubw’abagisohoye.

Integuro y’ukwiga

IBIGANIRO VY’UKWIGA

2-8 NDAMUKIZA 2012

Twigane Yezu mu bijanye no kuba maso

URUPAPURO 3 • INDIRIMBO: 108, 74

9-15 NDAMUKIZA 2012

“Ugire umutima rugabo kandi ukomere cane”

URUPAPURO 10 • INDIRIMBO: 101, 92

16-22 NDAMUKIZA 2012

Nuzigame agatima keza ishengero rifise

URUPAPURO 18 • INDIRIMBO: 20, 75

23-29 NDAMUKIZA 2012

Urugo rw’abadasangiye idini rwobamwo agahimbare

URUPAPURO 26 • INDIRIMBO: 76, 56

INTUMBERO Y’IBIGANIRO VY’UKWIGA

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 1 URUPAPURO 3-7

Kubera iki Yezu yahimirije abayoboke biwe kuguma bari maso? Iki kiganiro kirerekana uburyo butatu Kristu yagumye ari maso igihe yari ng’aha kw’isi, muri bumwebumwe bwose kikaza kirerekana ukuntu twokwigana akarorero kiwe.

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 2 URUPAPURO 10-14

Kubera iki dushobora kwungukira ku kwihweza ingene abasavyi ba Yehova bo mu bihe vya Bibiliya bagaragaje umutima rugabo? Iki kibazo kizorimburwa muri iki kiganiro cagenewe kudufasha gukorana umutima rugabo.

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 3 URUPAPURO 18-22

Umwe wese muri twebwe arafise agatima agaragaza. Iki kiganiro kirerekana ukuntu dushobora gufasha kuzigama agatima keza karangwa mw’ishengero.

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 4 URUPAPURO 26-30

Abakirisu baba mu ngo zigizwe n’abadasangiye idini barashikirwa n’ingorane ku musi ku musi. Iki kiganiro kirerekana ukuntu abemera bashobora kuremesha amahoro mu muryango bakongera bagatuma haba akayaga keza koshobora gufasha abo mu muryango batemera bakaza mu gusenga kw’ukuri.

IYI NOMERO IRIMWO KANDI

8 Baramamaje ijambo ry’imana n’umutima rugabo!

15 Agashari​—Ni agatima gashobora kwonona umuzirikanyi wacu

23 Natani​—Yaraburaniye ugusenga gutyoroye adahemuka

31 Ivyo mu bushinguro bwacu

KU GIPFUKISHO: Ku gituro c’amagariyamoshi i New Delhi mu Buhindi, igikoreshwa n’amagariyamoshi arenga 300 buri musi, abavukanyi bariko barabwira inkuru nziza abanyakazi n’ingenzi bava mu mihingo yose y’ico gihugu

UBUHINDI

ABANYAGIHUGU

1.224.614.000

ABAMAMAJI

33.182

IYONGEREKANA RY’ABAMAMAJI

Ibice 5 kw’ijana

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika