Ibirimwo
1 Nyakanga 2010
Kubera iki abantu bakora ikibi?
IBIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO
3 Kubera iki abantu bakora ikibi?
5 Ubukozi bw’ikibi bwose buzovaho ata kabuza!
IVYAMA BISOHOKA
16 Ikete rivuye mw’izinga rya Grenade
25 Abasomyi bacu barabaza . . .
30 Ku bw’urwaruka—Imana ntigira nkunzi
IYI NOMERO IRIMWO KANDI
10 Ikintu c’intibagirwa mu vy’ugusenga!—Isohorwa rya Bibiliya y’isi nshasha mu kirundi
18 Ivyiyumviro n’inyigisho vya Kaluvino bimaze imyaka 500 vyashitse ku ki?
22 Imana yoba isaba ko twatura ibicumuro?
26 Niwizigire Yehova—Azogufasha vy’ukuri