Ibirimwo
15 Kigarama 2008
Integuro y’ukwiga
IBIGANIRO VY’UKWIGA MU NDWI ZO KU WA:
2-8 Ruhuhuma
Ni kubera iki wogumana ugutungana kwawe?
URUPAPURO 3
INDIRIMBO ZIKORESHWA: 10, 160
9-15 Ruhuhuma
Woba uzogumya ugutungana kwawe?
URUPAPURO 7
INDIRIMBO ZIKORESHWA: 26, 29
16-22 Ruhuhuma
Nutahure neza wongere uhe agaciro uruhara rudasanzwe Yezu arangura mu mugambi w’Imana
URUPAPURO 12
INDIRIMBO ZIKORESHWA: 205, 105
23 Ruhuhuma–1 Ntwarante
Twiyemeje gushinga intahe inogangije
URUPAPURO 16
INDIRIMBO ZIKORESHWA: 6, 193
Intumbero y’ibiganiro vy’ukwiga
Ikiganiro c’ukwiga ca 1, 2 URUPAPURO 3-11
Ugutungana ni iki? Ni kubera iki guhambaye cane? Dushobora gute kuronka ugutungana no kukuzigama? Vyoba bishoboka ko umuntu asubira kugira ugutungana bishitse akagutakaza? Inyishu z’ivyo bibazo urazisanga muri ivyo biganiro bibiri.
Ikiganiro c’ukwiga ca 3 URUPAPURO 12-16
Yezu arafise uruhara rudasanzwe mw’iranguka ry’umugambi w’Imana. Iki kiganiro kiraca irya n’ino amazina y’icubahiro atandatu Yezu ahabwa. Ayo mazina arashira ahabona ukuntu ari umuntu adasanzwe. Turaza kubona kandi ingene dushobora kwigana Yezu mu kuntu yashikije uruhara rwiwe rudasanzwe.
Ikiganiro c’ukwiga ca 4 URUPAPURO 16-20
Kwihweza ivyo intumwa Paulo yabwiye abakurambere b’i Efeso, nkuko bivugwa mu Bikorwa ikigabane ca 20, birashobora kudufasha kubona ukuntu yari ashoboye gushinga intahe inogangije. Kandi turaza kubona ivyigwa ngirakamaro ku bijanye n’ukuntu twoshobora gushingira intahe inogangije inkuru nziza be n’igituma ivyo twobigira.
IYI NOMERO IRIMWO KANDI:
Inyandiko ya kera yitwa cunéiforme be na Bibiliya
URUPAPURO 21
Narabonye ingene bwongerekana muri Koreya
URUPAPURO 23
Ijambo rya Yehova ni rizima—Ibikurubikuru vyo mu makete ya Yohani no mw’ikete rya Yuda
URUPAPURO 27
URUPAPURO 30
Ironderero ry’ibiganiro vy’Umunara w’Inderetsi wo mu 2008
URUPAPURO 31
URUPAPURO 32