ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • w08 15/4 rup. 1-2
  • Ibirimwo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ibirimwo
  • Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2008
  • Udutwe
  • IBIGANIRO VY’UKWIGA MU NDWI ZO KU WA:
  • Intumbero y’ibiganiro vy’ukwiga
  • IYI NOMERO IRIMWO KANDI:
Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2008
w08 15/4 rup. 1-2

Ibirimwo

15 Ndamukiza 2008

Integuro y’ukwiga

IBIGANIRO VY’UKWIGA MU NDWI ZO KU WA:

26 Rusama–1 Ruheshi

Twamirire kure “ibitagira ikimazi”

URUPAPURO 3

INDIRIMBO ZIKORESHWA: 48, 20

2-8 Ruheshi

Turondere kuyoborwa n’Imana muri vyose

URUPAPURO 7

INDIRIMBO ZIKORESHWA: 131, 225

9-15 Ruheshi

Yemwe rwaruka, nimwibuke Umuremyi wanyu Ahambaye muri kino gihe

URUPAPURO 12

INDIRIMBO ZIKORESHWA: 157, 183

16-22 Ruheshi

Ukwabirana be n’ibanga ry’ubuvyeyi muri iki gihe c’iherezo

URUPAPURO 16

INDIRIMBO ZIKORESHWA: 24, 164

23-29 Ruheshi

Ni igiki gituma ubuzima bugira ico buvuze?

URUPAPURO 21

INDIRIMBO ZIKORESHWA: 214, 67

Intumbero y’ibiganiro vy’ukwiga

Ikiganiro c’ukwiga ca 1, 2 URUPAPURO 3-11

Ivyo biganiro vy’ukwiga bibiri biradufasha kumenya ibintu “bitagira ikimazi” ivyo ari vyo, bino bikaba ari ibintu vyoshobora kutubuza gusukurira Yehova. Ivyo biganiro birashira ahabona akaga twoshobora kugwamwo bitagoranye, bikongera bigatanga imvo nyinshi zotuma turondera kuyoborwa na Yehova muri vyose.

Ikiganiro c’ukwiga ca 3, 4 URUPAPURO 12-20

Ikiganiro ca mbere muri ivyo biganiro vy’ukwiga bibiri, kirereka urwaruka ingene Bibiliya ishobora kurufasha igihe rutegerezwa gufata ingingo zigira ico zihinduye mu buzima. Ikiganiro ca kabiri na co kiraronsa urwaruka ubuyobozi butomoye bushingiye ku Vyanditswe bujanye n’ivyo umuntu yogumiza ku muzirikanyi igihe yiyumvira ivyo kwubaka urwiwe canke kuvyara.

Ikiganiro c’ukwiga ca 5 URUPAPURO 21-25

Ikiganiro c’ukwiga gisozera ni ikiganiro gituma umuntu azirikana gishingiye ku gitabu c’Umusiguzi. Kirashira ahabona ibintu mu vy’ukuri bihambaye mu buzima ivyo ari vyo, mu kwerekana itandukaniro riri hagati y’ivyo bintu be n’ivyo iyi si ishira imbere.

IYI NOMERO IRIMWO KANDI:

Naho bari ukwa bonyene, ntibibagirwa

URUPAPURO 25

Woba uvyibuka?

URUPAPURO 29

Ijambo rya Yehova ni rizima​—Ibikurubikuru vyo mu gitabu ca Yohani

URUPAPURO 30

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika