ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • g 12/13 rup. 15
  • Ironderero ry’ibiganiro vyo muri Be maso! yo mu 2013

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ironderero ry’ibiganiro vyo muri Be maso! yo mu 2013
  • Be maso!—2013
  • Udutwe
  • ABANTU BO MURI KAHISE
  • AMAGARA BE N’UBUVUZI
  • IBIGANIRO TWAGIRANYE NA . . .
  • IBIHUGU N’ABABIBAMWO
  • IBIKOKO BE N’IBIMERA
  • IMIBANO
  • IVYABONA VYA YEHOVA
  • IVY’IDINI
  • SIYANSI
  • TWISUNZE BIBILIYA
  • UBUTUNZI BE N’AKAZI
  • UKUNTU IVYO MW’ISI VYIFASHE
  • UTUNTU N’UTUNDI
Be maso!—2013
g 12/13 rup. 15

Ironderero ry’ibiganiro vyo muri Be maso! yo mu 2013

ABANTU BO MURI KAHISE

  • Kuro Mukuru, 5/13

  • Pulato, 2/13

  • Robert Boyle, 3/13

  • Zheng He, 9/13

AMAGARA BE N’UBUVUZI

  • Intandara, 10/13

  • Uguca imvyaro, 11/13

  • Ushobora kubaho igihe kingana gute? 8/13

IBIGANIRO TWAGIRANYE NA . . .

  • “Ndemera ntakeka yuko ubuzima bwashizweho n’Imana” (B. Schenck), 4/13

  • Umuganga abaga ingingo z’amagufa (I. Hof Laurenceau), 8/13

  • Umuhinga mu kuvuza ipiyano (E. Nebolsin), 11/13

  • Umuhinga w’ibinyabuzima (D. Loos), 10/13

  • Umuhinga w’ibinyabuzima (P. Chiozzi), 1/13

  • Umuhinga w’indwara z’amafyigo (C. Granolleras), 9/13

  • Umuhinguzi w’amarobo (M. Tistarelli), 2/13

  • Umuyahudikazi (R. Hall), 5/13

IBIHUGU N’ABABIBAMWO

  • Azerbayijani, 7/13

  • Brezile, 12/13

  • Endoneziya, 4/13

  • Kamerune, 1/13

  • Panama, 6/13

IBIKOKO BE N’IBIMERA

  • Akayabu ko mu bugaragwa, 7/13

  • Ikinyugunyugu Belle-dame, 12/13

  • Impongo bihembe, 3/13

IMIBANO

  • Gutega yompi uwo mwubakanye, 12/13

  • Icohagarika amabi akorerwa mu ngo, 4/13

  • Igisha abana kwitaho abandi, 1/13

  • Imico runtu ngirakamaro vy’ukuri, 11/13

  • Ingene mwobabarirana, 9/13

  • Ingene mwokwirinda amajambo ababaza, 4/13

  • Ingene mworeka gushwana, 2/13

  • Ingene woba sebibondo mwiza, 3/13

  • Ingene woheba ingeso yo kutavugisha uwo mwubakanye, 6/13

  • Ingene woshingira amategeko umwana wawe w’umuyabaga, 3/13

  • Ingene wotoza indero umwana wawe w’umuyabaga, 5/13

  • Ingene woyaga n’umwana wawe w’umuyabaga, 1/13

  • Ubugenzi burenze urugero, 10/13

  • Ubutumwa buteye isoni buhanahanwa kuri telefone, 11/13

  • Umwana akunda kwishavuza, 7/13

  • Umwana wawe yigirira nabi ku mubiri, 8/13

IVYABONA VYA YEHOVA

  • Uburyo bwihuta bwo gushika ku muhora wacu! 4/13

IVY’IDINI

  • Woba ukwiye kwemera Ubutatu? 8/13

SIYANSI

  • Agahori kumva bimwe bidasaznwe, 10/13

  • Agakoko gafise igikankara kibona, 5/13

  • Amubi y’inyoni yitwa manchot empereur, 9/13

  • Ingene inyoni yitwa albatros iguruka, 8/13

  • Ivyubi vy’ikimizi citwa baleine à bosse, 6/13

  • Ubuhinga bwo kuguruka bw’inyoni yitwa barge rousse, 1/13

  • Ubushobozi bwo kubika amakuru bw’agahimba ADN, 12/13

  • Ubwonko bw’agakoko kitwa écureuil arctique, 7/13

  • Ukubona ivyezeri kw’agatangurirwa gataruka, 3/13

  • Umurizo w’ikiburuburu, 2/13

TWISUNZE BIBILIYA

  • Abakene, 2/13

  • Akabonge, 10/13

  • Amagara, 4/13

  • Amashusho y’ubushegabo, 3/13

  • Guhuza ibitsina n’uwo mutubakanye, 9/13

  • Imana imeze gute? 5/13

  • Inzoga, 8/13

  • Iparadizo, 1/13

  • Shetani, 6/13

  • Ubwami bw’Imana, 7/13

  • Umubano w’ababiranye, 11/13

  • Yezu, 12/13

UBUTUNZI BE N’AKAZI

  • Ugura ibingana iki? 6/13

UKUNTU IVYO MW’ISI VYIFASHE

  • Imyiyerekano woba ari wo muti? 7/13

  • Niwikingire ubugizi bwa nabi! 5/13

  • Woba wokwizigira ibimenyeshamakuru? 12/13

  • Wokwitega iki ku buzima bwo mu mahanga? 2/13

UTUNTU N’UTUNDI

  • Halowini, 9/13

  • Ibintu amahera adashobora kugura, 10/13

  • Ubutumwa bw’iterabwoba mw’izina ry’Imana, 6/13

  • Woba ‘wama ku nzimano’? 11/13

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika