ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • g04 8/4/04 rup. 1-2
  • Ibirimwo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ibirimwo
  • Be maso!—2004
  • Udutwe
  • Ivyo bijanye
  • Amasumo y’amazi ateye igomwe 16
  • Ni kubera iki Imana ireka tugacumukura? 20
  • Izina ry’Imana
    Be maso!—2017
  • Kubera iki dukwiye gukoresha izina ry’Imana?
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2012
  • Imana yitwa nde?
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro ya bose)—2019
  • Ukuntu ushobora kumenya izina ry’Imana
    Be maso!—2004
Ibindi
Be maso!—2004
g04 8/4/04 rup. 1-2

Ibirimwo

Be maso!, Ndamukiza–Ruheshi 2004

Woba uzi izina ry’Imana? 3-12

Abantu benshi bemera Imana ntibazi izina ryayo ry’uruharo canke na ho baragonanwa kurikoresha. Izina ry’Imana ni irihe? Kumenya izina ry’Imana bisobanura iki?

3 Imana irafise izina!

5 Ukurwanya izina ry’Imana

10 Ukuntu ushobora kumenya izina ry’Imana

16 Kunywa inzoga ukarenza urugero vyoba vy’ukuri ari bibi?

24 Umubumbe wacu—kazoza kawo ni akahe?

26 Amasumo y’amazi ateye igomwe

28 Ni kubera iki Imana ireka tugacumukura?

30 Amaruru yo gusaba amahinduka

31 Abaharanira amahinduka boba bafise umuti w’ingorane?

32 Ikintu kiruta amahinduka asanzwe

32 Umwana wawe ashobora kwiga ibingana iki?

Amasumo y’amazi ateye igomwe 16

Amasumo ya Victoria aboneka ko ari yo mazi acuncubuka yagutse cane kuruta ayandi yose kuri iyi si. Niwirabire ayo masumo be n’ayandi masumo y’amazi mu rugendo rw’intibagirwa rwagizwe muri Zambiya.

Ni kubera iki Imana ireka tugacumukura? 20

Twoba dukwiye gushavurira Imana ngo ni uko ireka abantu bagacumukura? Niwirabire inyishu imara akanyota dusanga muri Bibiliya.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika