1 ABAKORINTO
IBIRIMWO MURI MAKE
1
Indamutso (1-3)
Pawulo akengurukira Imana kubera Abakorinto (4-9)
Pawulo abahimiriza kwunga ubumwe (10-17)
Kristu ni ububasha bw’Imana n’ubukerebutsi bwayo (18-25)
Twiratire Yehova gusa (26-31)
2
Ingene Pawulo yamamaje i Korinto (1-5)
Ubukerebutsi bw’Imana buraruta ubundi bwose (6-10)
Umuntu w’umubiri n’umuntu w’impwemu (11-16)
3
Abakorinto baracari ab’umubiri (1-4)
Imana ni yo ikuza (5-9)
Mwubakishe ibikoresho birinda umuriro (10-15)
Muri urusengero rw’Imana (16, 17)
Ubukerebutsi bw’isi ni ubupfu ku Mana (18-23)
4
Abafise ivyo bajejwe bakwiye kuba abizigirwa (1-5)
Ukwicisha bugufi kw’abakirisu (6-13)
Pawulo aritwararika abana biwe bo mu vy’impwemu (14-21)
5
Umuntu yakoze ubusambanyi (1-5)
Akambiro gakeyi kambira igikandu cose (6-8)
Gukura umubisha mw’ishengero (9-13)
6
Imburano hagati y’abavukanyi (1-8)
Abatazotorana Ubwami (9-11)
Nimuninahaze Imana mu mubiri wanyu (12-20)
7
Impanuro ku batubatse n’abubatse (1-16)
Nimugume uko mwari igihe mwahamagarwa (17-24)
Abatubatse n’abapfakazi (25-40)
8
9
10
Ivyashikiye Abisirayeli ni akarorero katuburira (1-13)
Mwirinde gusenga ibigirwamana (14-22)
Umwidegemvyo wacu no kwiyumvira abandi (23-33)
11
12
13
14
15
Izuka rya Kristu (1-11)
Izuka ni ryo shimikiro ry’ukwizera (12-19)
Izuka rya Kristu ni icemeza c’uko hari izuka (20-34)
Umubiri w’inyama, umubiri w’impwemu (35-49)
Ukudapfa n’ukutabora (50-57)
Mukore vyinshi mu gikorwa c’Umukama (58)
16
Kwegeranya intererano zizohabwa ab’i Yeruzalemu (1-4)
Ingendo Pawulo yipfuza kugira (5-9)
Urugendo rwa Timoteyo n’urwa Apolo (10-12)
Impanuro n’indamutso (13-24)