ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • nwt rup. 1479
  • Hagayi: ibirimwo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Hagayi: ibirimwo
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Ivyo bijanye
  • Ibikurubikuru vyo mu gitabu ca Hagayi n’ica Zekariya
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2007
  • ‘Ndi kumwe namwe’
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2006
  • Bose Nibaninahaze Yehova!
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—1997
  • “Nzotigitisha amahanga yose”
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2021
Ibindi
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Hagayi: ibirimwo

HAGAYI

IBIRIMWO MURI MAKE

  • 1

    • Yehova akarira Abisirayeli kubera batasubiye kwubaka urusengero (1-11)

      • «Mbega iki ni igihe c’uko mwibera mu mazu mezameza?» (4)

      • «Zirikana ingene mumerewe» (5)

      • Mubiba vyinshi ariko mukimbura bike (6)

    • Abantu baragamburuka ivyo Yehova avuze (12-15)

  • 2

    • Urusengero rwa kabiri ruzokwuzura ubuninahazwa (1-9)

      • Amahanga yose azonyiganyizwa (7)

      • Ibintu vy’agaciro vyo mu mahanga bizoza (7)

    • Barahezagirwa kubera basubiye kwubaka urusengero (10-19)

      • Ubweranda ntibwandukira (10-14)

    • Ubutumwa kuri Zerubabeli (20-23)

      • «Nzokugira nk’impeta y’ikidodo» (23)

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika