2 NGOMA
IBIRIMWO MURI MAKE
1
2
3
4
Igicaniro, igitangi n’ibibesani (1-6)
Ivyo baterekako amatara, imeza n’ibigo (7-11a)
Barangiza gukora ibintu vyo mu rusengero (11b-22)
5
6
7
Urusengero rwuzura ubuninahazwa bwa Yehova (1-3)
Ibirori bijanye no kwinjira urusengero (4-10)
Yehova abonekera Salomo (11-22)
8
9
Umwamikazi w’i Sheba aza kuraba Salomo (1-12)
Ubutunzi bwa Salomo (13-28)
Urupfu rwa Salomo (29-31)
10
11
Intwaro ya Rehobowamu (1-12)
Abalewi b’intahemuka bimukira mu Buyuda (13-17)
Umuryango wa Rehobowamu (18-23)
12
13
14
15
16
17
Yehoshafati, umwami w’Ubuyuda (1-6)
Isekeza ryo kwigisha (7-9)
Ingabo za Yehoshafati (10-19)
18
Yehoshafati yifatanya na Ahabu (1-11)
Mikaya amenyesha Ahabu ko aza gutsindwa (12-27)
Ahabu yicirwa i Ramoti-Gileyadi (28-34)
19
20
Ubuyuda buterwa n’ibihugu bibanyi (1-4)
Yehoshafati asenga Imana ngo imufashe (5-13)
Yehova amwishura (14-19)
Ubuyuda butabarwa ku gitangaro (20-30)
Intwaro ya Yehoshafati irangira (31-37)
21
Yehoramu, umwami w’Ubuyuda (1-11)
Ubutumwa Eliya yanditse (12-15)
Iherezo ribi rya Yehoramu (16-20)
22
23
24
Intwaro ya Yehowasi (1-3)
Yehowasi asubiramwo urusengero (4-14)
Yehowasi aba umuhuni (15-22)
Yehowasi yicwa (23-27)
25
Amaziya, umwami w’Ubuyuda (1-4)
Arwana n’Abanyedomu (5-13)
Amaziya asenga ibigirwamana (14-16)
Arwana na Yehowasi umwami wa Isirayeli (17-24)
Urupfu rwa Amaziya (25-28)
26
Uziya, umwami w’Ubuyuda (1-5)
Ubuhizi bwa Uziya mu vya gisirikare (6-15)
Uziya arwara imibembe kubera ubwibone (16-21)
Urupfu rwa Uziya (22, 23)
27
28
Ahazi, umwami w’Ubuyuda (1-4)
Atsindwa n’Abasiriya be n’Abisirayeli (5-8)
Odedi aburira Abisirayeli (9-15)
Ubuyuda bucishwa bugufi (16-19)
Ahazi asenga ibigirwamana. Urupfu rwiwe (20-27)
29
Hezekiya, umwami w’Ubuyuda (1, 2)
Ivyo Hezekiya yahinduye (3-11)
Bahumanura urusengero (12-19)
Basubizaho ibikorwa vyo ku rusengero (20-36)
30
31
32
Senakeribu atera ubwoba ab’i Yeruzalemu (1-8)
Senakeribu acokora Yehova (9-19)
Umumarayika yica ingabo z’Abashuri (20-23)
Hezekiya arwara, mu nyuma akagira ubwibone (24-26)
Ivyo Hezekiya yaranguye. Urupfu rwiwe (27-33)
33
Manase, umwami w’Ubuyuda (1-9)
Manase yigaya ibibi yakoze (10-17)
Urupfu rwa Manase (18-20)
Amoni, umwami w’Ubuyuda (21-25)
34
Yosiya, umwami w’Ubuyuda (1, 2)
Ibintu Yosiya yahinduye (3-13)
Batora igitabu c’amategeko (14-21)
Hulida avuga ivyago bizoba (22-28)
Yosiya asomera abantu ibiri mu gitabu (29-33)
35
36
Yehowahazi, umwami w’Ubuyuda (1-3)
Yehoyakimu, umwami w’Ubuyuda (4-8)
Yehoyakini, umwami w’Ubuyuda (9, 10)
Zedekiya, umwami w’Ubuyuda (11-14)
Yeruzalemu itikizwa (15-21)
Itegeko rya Kuro ryo gusubira kwubaka urusengero (22, 23)