ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • yb15 rup. 8-rup. 9 ing. 1
  • Ibintu bikurubikuru vyaranze umwaka uheze

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ibintu bikurubikuru vyaranze umwaka uheze
  • Igitabu c’umwaka c’Ivyabona vya Yehova 2015
  • Ivyo bijanye
  • Ubwiza bwa Yehova Burakayangana ku Basavyi Biwe
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2002
  • ‘Mu misozi muzohacukura umujumpu’
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2013
  • Bibiliya yahinduwe mu buryo bworoshe gutahura
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2015
  • Tugendere mu nzira y’umuco ugenda urushiriza kwongerekana
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2006
Ibindi
Igitabu c’umwaka c’Ivyabona vya Yehova 2015
yb15 rup. 8-rup. 9 ing. 1
Ifoto ku rup. 8, 9

Ibintu bikurubikuru vyaranze umwaka uheze

Yehova Imana yarahumekeye umuhanuzi Yesaya kuvuga ibizoba ati: “Mu kibanza c’umujumpu nzozana inzahabu, mu kibanza c’icuma nzane ifeza, mu kibanza c’igiti nzane umujumpu, mu kibanza c’amabuye na ho, icuma.” (Yes. 60:17) Mu mwaka uheze, twariboneye ibimenyamenya bitomoye vyerekana ko ubwo buhanuzi bubandanya kuranguka. Nka kurya nyene gusubiriza ikintu ikindi kikiruta vyerekana ko uryohoye ibintu, Ivyabona vya Yehova baragize ivyo baryohoye mw’ishirahamwe ryabo muri iki gihe ca nyuma.​—Mat. 24:3.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika