ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • yb15 rup. 10-rup. 15 ing. 1
  • Igikorwa kiriko kiratera imbere cane i Warwick

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Igikorwa kiriko kiratera imbere cane i Warwick
  • Igitabu c’umwaka c’Ivyabona vya Yehova 2015
  • Ivyo bijanye
  • Ibikorwa bigeze he i Warwick?
    Igitabu c’umwaka c’Ivyabona vya Yehova 2016
  • Ishirahamwe ririko ririmuka
    Igitabu c’umwaka c’Ivyabona vya Yehova 2014
  • Ibikurubikuru vyaranze umwaka uheze
    Igitabu c’umwaka c’Ivyabona vya Yehova 2017
  • Baritanze babikunze—Muri New York
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2015
Ibindi
Igitabu c’umwaka c’Ivyabona vya Yehova 2015
yb15 rup. 10-rup. 15 ing. 1
Ifoto yuzuye urupapuro rwose, rup. 10, 11

IBINTU BIKURUBIKURU VYARANZE UMWAKA UHEZE

Igikorwa kiriko kiratera imbere cane i Warwick

Ifoto yuzuye urupapuro rwose, rup. 12

KU KIBANZA kiriko kirubakwamwo ahazokwimurirwa icicaro gikuru c’Ivyabona vya Yehova i Warwick muri New York, umunezero ni wose kandi hari ibikorwa vyinshi. Abavukanyi na bashiki bacu amajana baragize ibintu vyinshi bahevye kugira baze gufasha muri ubwo bwubatsi. Yamara, benshi bavuga bati: “Nta co twogereranya no gukorera ng’aha.” Reka turabe ibiriko birakorerwa i Warwick.

Ifoto ku rup. 13

Ivyo bamwe mu bakorera i Warwick bavuga

Ifoto ku rup. 13

“I Warwick ntihariko harakorerwa ivy’ubwubatsi gusa. Yehova ariko arahuza imigwi itandukanye y’abubatsi kandi ariko aradufasha gusubira kwihweza ukuntu tugira imigero y’amashantiye maninimanini n’ukuntu tuyategura.”​—Enrique Ford.

Ifoto ku rup. 13

“Zaburi 127:1 ivuga iti: ‘Yehova ubwiwe atubatse inzu, abubatsi bayo baba baruhiye ubusa.’ Ayo majambo arerekana ko kugira ngo ubu bwubatsi bugende neza tubikesha umuhezagiro wa Yehova.”​—Troy Snyder.

Ifoto ku rup. 13

“Iki gikorwa ni co kintu mu buzima bwanje novuga ko cakomeje cane rwose ukwizera kwanje.”​—Richard Devine.

Amafoto ku rup. 14, 15
    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika