Ni bande bariko barakora ivyo Yehova agomba muri iki gihe? Ni bande bariko barakora ivyo Yehova agomba muri iki gihe? Umutwe mukuru/Abagisohoye Ibirimwo Ni ibiki Imana igomba? ABO ARI BO ICIGWA CA 1 Ivyabona vya Yehova bameze gute? ICIGWA CA 2 Ni kubera iki twitwa Ivyabona vya Yehova? ICIGWA CA 3 Ukuri kwo muri Bibiliya kwasubiye kwuburwa gute? ICIGWA CA 4 Kubera iki twasohoye Bibiliya y’isi nshasha? IBIKORWA TURANGURA ICIGWA CA 5 Ni ibiki uzokwungukira ku makoraniro yacu ya gikirisu? ICIGWA CA 6 Twungukira gute ku kwifatanya n’abakirisu bagenzi bacu? ICIGWA CA 7 Amakoraniro yacu atunganijwe gute? ICIGWA CA 8 Ni kubera iki twambara neza igihe tugiye ku makoraniro? ICIGWA CA 9 Uburyo bwiza bwo gutegura amakoraniro ni ubuhe? ICIGWA CA 10 Ugusenga kwo mu muryango ni iki? ICIGWA CA 11 Ni kubera iki tuja ku materaniro maninimanini? ICIGWA CA 12 Igikorwa cacu co kwamamaza Ubwami gitunganijwe gute? ICIGWA CA 13 Umutsimvyi ni iki? ICIGWA CA 14 Ni ivyigwa ibihe abatsimvyi baronswa? ISHIRAHAMWE RYACU ICIGWA CA 15 Abakurambere bakora iki mw’ishengero? ICIGWA CA 16 Abakozi b’ishengero bajejwe ibanga irihe? ICIGWA CA 17 Abacungezi b’imizunguruko badufasha gute? ICIGWA CA 18 Dufasha gute abavukanyi bacu bashikiwe n’ivyago? ICIGWA CA 19 Umushumba w’umwizigirwa kandi w’ubwenge ni nde? ICIGWA CA 20 Inama Nyobozi ikora gute muri iki gihe? ICIGWA CA 21 Beteli ni iki? ICIGWA CA 22 Ni ibiki birangurirwa ku Biro vy’ishami? ICIGWA CA 23 Ibitabu vyacu vyandikwa gute bigahindurwa gute? ICIGWA CA 24 Amahera akoreshwa mu gikorwa kirangurirwa kw’isi yose ava he? ICIGWA CA 25 Kubera iki twubaka Ingoro z’Ubwami kandi tuzubaka gute? ICIGWA CA 26 Twofasha gute kubungabunga Ingoro y’Ubwami yacu? ICIGWA CA 27 Ububiko bw’ibitabu bwo ku Ngoro y’Ubwami budufitiye akamaro akahe? ICIGWA CA 28 Ni ibiki biri ku muhora wacu wa Internet? Woba uzokora ivyo Yehova agomba?