Kuvayo 16:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Nuko bene Isirayeli barya manu imyaka mirongo ine+, kugeza bashitse mu gihugu kibamwo abantu+. Manu ni yo bariye kugeza bashitse ku mupaka w’igihugu ca Kanani+.
35 Nuko bene Isirayeli barya manu imyaka mirongo ine+, kugeza bashitse mu gihugu kibamwo abantu+. Manu ni yo bariye kugeza bashitse ku mupaka w’igihugu ca Kanani+.