Kuvayo 16:35 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 35 Nuko Abisirayeli bamara imyaka 40 barya manu+, gushika bashitse mu gihugu kibamwo abantu+. Baguma barya manu gushika bashitse ku rubibe rw’igihugu ca Kanani+.
35 Nuko Abisirayeli bamara imyaka 40 barya manu+, gushika bashitse mu gihugu kibamwo abantu+. Baguma barya manu gushika bashitse ku rubibe rw’igihugu ca Kanani+.