Itanguriro 20:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Abwira Sara na we ati: “Ehe mpaye koko musazawe+ ibice igihumbi vy’amahera y’ifeza. Ni ivyo kwereka abari kumwe nawe bose n’umuntu wese ko uri intungane*+, kandi urakuweko iceyi.”
16 Abwira Sara na we ati: “Ehe mpaye koko musazawe+ ibice igihumbi vy’amahera y’ifeza. Ni ivyo kwereka abari kumwe nawe bose n’umuntu wese ko uri intungane*+, kandi urakuweko iceyi.”