Itanguriro 20:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Abwira Sara na we ati: «Ehe mpaye musazawe+ ifeza* 1.000. Ni ikimenyetso cereka abo muri kumwe n’abandi bose yuko wambitswe izera. Urakuweko iceyi.»
16 Abwira Sara na we ati: «Ehe mpaye musazawe+ ifeza* 1.000. Ni ikimenyetso cereka abo muri kumwe n’abandi bose yuko wambitswe izera. Urakuweko iceyi.»