ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • yb16 rup. 129
  • Nararusimvye igihe abakomunisita bagumuka

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Nararusimvye igihe abakomunisita bagumuka
  • Igitabu c’umwaka c’Ivyabona vya Yehova 2016
  • Ivyo bijanye
  • Umukuru w’inkozi z’ikibi aba umunyagihugu mwiza
    Igitabu c’umwaka c’Ivyabona vya Yehova 2016
  • Kwegurira Imana ibiro vy’amashami
    Igitabu c’umwaka c’Ivyabona vya Yehova 2016
  • Nabona ko ata kindi nkeneye
    Igitabu c’umwaka c’Ivyabona vya Yehova 2017
  • Tugume ata ho duhengamiye mw’isi yiciyemwo ibice
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2016
Igitabu c’umwaka c’Ivyabona vya Yehova 2016
yb16 rup. 129

ENDONEZIYA

Nararusimvye igihe abakomunisita bagumuka

Ronald Jacka

  • YAVUTSE 1928

  • YABATIJWE 1941

  • IVYIWE MURI MAKE Yamaze imyaka irenga 25 ahagarikiye ishami ryo muri Endoneziya.

Ronald Jacka

MU GITONDO co ku wa 1 Gitugutu 1965, igihe abarwanyi bakorana n’umugambwe wo muri Endoneziya w’abakomunisita bagomba gutembagaza ubutegetsi, baragandaguye abajenerali batandatu bakomeye. Leta yaciye ibivuna ata kinya. Mu bwicanyi butagira izina bwaciye bukurikira mu gihugu cose, abantu nka 500.000 bagirizwa ko ari abakomunisita baragandaguwe bunyamaswa.

Inyuma y’amayinga atari make bananiwe gutembagaza ubutegetsi, hari umukuru mu gisirikare yambwiye ko naza ubwa mbere ku rutonde abakomunisita bari bagize rw’abakuru b’amadini bo mu karere iwacu bategerezwa kwicwa. Yarashatse no kunyereka imva bari kumpambamwo, mugabo ndamwankira ndabigiranye urupfasoni. Kubera ko hari uruhagarara mu vya politike, sinashaka ko hagira uwumbona turi kumwe ngo bitume abantu batangura kwibaza ko nanje ndi muri politike.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika