ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb23 Mukakaro rup. 2
  • ‘Nimureke igikorwa kibandanye’

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • ‘Nimureke igikorwa kibandanye’
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
  • Ivyo bijanye
  • Woba uvyibuka?
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2022
  • Nureke Yehova agukoreshe
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
  • Ni ryari wokwiheka kuri Yehova?
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
  • Ntiwigere uheba abo musangiye ukwizera
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
mwb23 Mukakaro rup. 2

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

‘Nimureke igikorwa kibandanye’

Umuherezi mukuru Yeshuwa na Buramatari Zerubabeli baragiye imbere mu gusubira kwubaka urusengero naho ico gikorwa cari kibujijwe (Ezr 5:1, 2; w22.03 18 rup. 13)

Igihe ababarwanya bababaza uwabahaye uburenganzira bwo gukora ico gikorwa, Abayuda baberekeje kw’itegeko Kuro yatanze (Ezr 5:3, 17; w86 1/2 29, uruzitiro ing. 2-3)

Umwami yaremeje iryo tegeko ryo mu ntango maze ategeka ababarwanya kureka igikorwa kikabandanya (Ezr 6:7, 8; w22.03 15 ing. 7)

Mushiki wacu ariko araba ikiganiro co kuri Televiziyo ya JW yongera yiha ishusho Zerubabeli n’umuherezi mukuru Yosuwa bariko bayobora Abisirayeli bagenzi babo bariko bubaka urusengero.

IVYO KUZIRIKANAKO: Iyi nkuru yo muri Bibiliya idufasha gute gukurikiza ubuyobozi dushobora kuba tudatahura neza buva ku bo Yehova yagenye kugira batuje imbere?​—w22.03 19 ing. 16.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika