ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb23 Ntwarante rup. 14
  • Ni ryari wokwiheka kuri Yehova?

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ni ryari wokwiheka kuri Yehova?
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
  • Ivyo bijanye
  • Woba uvyibuka?
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2021
  • “Niwizere Yehova Imana yawe”
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
  • Yarakoreye Yehova «ubuzima bwiwe bwose»
    Gendana n’Imana n’umutima rugabo
  • “Igikorwa canyu kiri n’impera”
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2012
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
mwb23 Ntwarante rup. 14

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Ni ryari wokwiheka kuri Yehova?

Asa yarihetse kuri Yehova kugira atsinde ingabo nyinshi (2Ng 14:9-12; w21.03 5 ing. 12)

Mu nyuma Asa yihetse ku Basiriya kugira atsinde ingabo nkeya cane (2Ng 16:1-3; w21.03 5 ing. 13)

Yehova yarababajwe n’uko Asa atagumye arondera ko amufasha (2Ng 16:7-9)

Udufoto: 1. Umusore ariko arabatizwa. 2. Wa musore nyene ariko araba televiziyo, acagura ibiganiro yoraba.

Twoshobora kwiheka kuri Yehova igihe dufata ingingo zizogira ikintu kinini zikoze ku buzima bwacu. Ariko bite ho mu bindi bihe? Birahambaye ko tuguma twibuka Yehova mu nzira zacu zose.—Img 3:5, 6; w21.03 6 ing. 14.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika