ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb22 Nzero rup. 15
  • Mu ntango Sauli yaricisha bugufi kandi akifata ruto

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Mu ntango Sauli yaricisha bugufi kandi akifata ruto
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Ivyo bijanye
  • Ukwita imbere gushikana ku guteterwa
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • “Kugamburuka kuruta ikimazi”
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2011
  • Ukugamburuka kuruta ikimazi
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Yezu atora Sawuli
    Ivyigwa dukura muri Bibiliya
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
mwb22 Nzero rup. 15

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Mu ntango Sauli yaricisha bugufi kandi akifata ruto

Sauli yarifata ruto kandi yaragonanwa kwemera kuba umwami (1Sm 9:21; 10:20-22; w20.08 10 ing. 11)

Igihe abandi bamuvuga nabi ntiyaciye ashavura (1Sm 10:27; 11:12, 13; w14 15/3 9 ing. 8)

Sauli yaremeye kuyoborwa n’impwemu nyeranda ya Yehova (1Sm 11:5-7; w95 15/12 10 ing. 1)

Umukurambere ariko arereka icanditswe mushiki wacu afise ubutumire bw’ubugeni.

Ukwicisha bugufi kuzodufasha kubona ko uduteka n’amabanga dufise ari ivyo Yehova yaduhaye. (Rm 12:3, 16; 1Kr 4:7) Kandi nimba twicisha bugufi, tuzobandanya kwiheka kuri Yehova ngo aturonse ubuyobozi.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika