ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb21 Munyonyo rup. 10
  • “Jana izo nkomezi ufise”

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • “Jana izo nkomezi ufise”
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • Ivyo bijanye
  • Yari afise umutima rugabo kandi akiyubara
    Gendana n’Imana n’umutima rugabo
  • ‘Inkota ni iya Yehova na Gideyoni!’
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2005
  • Yemwe bakurambere, nimwigane akarorero ka Gideyoni
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2023
  • Aho kwibona twokwicisha bugufi
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
mwb21 Munyonyo rup. 10
Gideyoni n’ingabo ziwe bariko biha akamo bafise ibimuri n’inzumbete.

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

“Jana izo nkomezi ufise”

Yehova yashinze Gideyoni igikorwa kigoye cane (Abc 6:2-6, 14)

Gideyoni yabona ko ata co yari ashoboye kandi ko atabereye (Abc 6:15; w02 1/3 6-7)

Gideyoni yararoraniwe kubera ko Yehova yamuhaye inkomezi (Abc 7:19-22; w05 15/7 16 ing. 3)

Abavukanyi babiri bari mu ndimiro bagira baganirize umugore umwe. Umwe muri bo yicaye ku gakinga k’abamugaye, uwundi ariko aramusunika.

Yehova yiteze ko dukoresha inkomezi zacu mu kumukorera. Impwemu nyeranda yiwe irashobora kudufasha aho tugoyagoya, igatuma turoranirwa.​—Yes 40:30, 31.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika