ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb21 Rusama rup. 5
  • Uburorero butomora ivyiyumviro nyamukuru

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Uburorero butomora ivyiyumviro nyamukuru
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • Ivyo bijanye
  • Uburorero bwigisha
    Niwijukire gusoma no kwigisha
  • Nusenge Yehova umusabe agufashe
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • Koresha Ijambo ry’Imana
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • Nubaze ibibazo
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
mwb21 Rusama rup. 5
Agakobwa na nyina barihweza inyoni n’amashurwe igihe bumviriza Yezu ariko aratanga Insiguro yiwe yo ku musozi.

IWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO | NUKORE IVYOTUMA WONGEREZA UMUNEZERO MU BUSUKU

Uburorero butomora ivyiyumviro nyamukuru

Igihe tugira amasubirayo canke tuyobora inyigisho za Bibiliya, turakenera gufasha abatwumviriza gutahura ivyiyumviro nyamukuru. Iyo ivyo vyiyumviro tubitangiye uburorero, turashobora kubakora ku mutima tukanatuma biborohera kwibuka ivyo bize.

Igihe witegurira isubirayo canke inyigisho ya Bibiliya, nuhitemwo ivyiyumviro nyamukuru wipfuza gutangira uburorero, aho kubutangira ibidahambaye. Nuce urondera uburorero bworoshe bwo mu buzima bwa misi yose. (Mt 5:14-16; Mr 2:21; Lk 14:7-11) Nuzirikane ingene ivy’uwo muyaga vyifashe be n’akazi akora. (Lk 5:2-11; Yoh 4:7-15) Niwabona ingene aryohewe kubera yatahuye iciyumviro kanaka, ntuzobura kunezerwa.

NIMURABE IVIDEWO IVUGA NGO NIWIRONKERE UMUNEZERO WO GUHINDURA ABANTU ABIGISHWA​—NURYOHORE UBUHANGA BWAWE: UBURORERO BUTOMORA IVYIYUMVIRO NYAMUKURU, MUCE MWISHURA IBIBAZO BIKURIKIRA:

  • Ishusho yakuwe mw’ividewo ‘Niwironkere umunezero wo guhindura abantu abigishwa: Nuryohore ubuhanga bwawe​—Uburorero butomora ivyiyumviro nyamukuru.’ Jade ariko arabaza Neeta ikibazo.

    Kubera iki umutohoji yoshobora gukenera ko tumufasha gutahura imirongo yo muri Bibiliya?

  • Ishusho yakuwe mw’ividewo ‘Niwironkere umunezero wo guhindura abantu abigishwa: Nuryohore ubuhanga bwawe​—Uburorero butomora ivyiyumviro nyamukuru.’ Neeta ariko araha Jade akarorero.

    Ni gute Neeta yatangiye akarorero ukuri dusanga mu Baroma 5:12?

  •  Ishusho yakuwe mw’ividewo ‘Niwironkere umunezero wo guhindura abantu abigishwa: Nuryohore ubuhanga bwawe​—Uburorero butomora ivyiyumviro nyamukuru.’ Neeta ariko arereka Jade ividewo.

    Uburorero bwiza burakora ku mutima

    Akarorero keza gashobora gufasha gute uwutwumviriza?

  • Igihe turi mu busuku, ni kubera iki dukwiye gukoresha amavidewo n’ibindi bikoresho bidufasha kwigisha ishirahamwe rituronsa?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika