24-30 Rusama
GUHARŪRA 34-36
Ururirimbo rwa 33 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Nuhungire kuri Yehova”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
Gh 35:31—Kubera iki Adamu na Eva batazokwungukira ku nkuka y’incungu ya Yezu? (w91 15/2 13 ing. 13)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) Gh 34:1-15 (th icigwa ca 10)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 3) Hera ku gace kajanye na mugihura. Niwishure ku majambo ahagarika ikiyago akunda kuvugwa aho iwanyu. (th icigwa ca 12)
Usubiyeyo: (Imin. 4) Hera ku gace kajanye na usubiyeyo, muce mumera nk’aho muhejeje kuraba ya videwo Ni kubera iki ukwiye kwiga Bibiliya? (th icigwa ca 9)
Inyigisho: (Imin. 5) fg icigwa ca 2 ing. 9-10 (th icigwa ca 19)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Nube umugenzi wa Yehova—Gutozwa indero biranga urukundo: (Imin. 6) Guhana ijambo. Erekana iyo videwo. Nimba bishoboka, nuce ubaza abana wacaguye uti: Kubera iki hari igihe biba ngombwa ko mutozwa indero? Gutozwa indero bibafasha gute? Kubera iki Yehova adutoza indero?
“Gutozwa indero birerekana ko Yehova adukunda”: (Imin. 9) Guhana ijambo. Erekana ividewo ivuga ngo ‘Uwo Yehova akunda aramutoza indero’.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lvs ikig. 8 ing. 22-26, mwihweze n’Ingingo ngenderwako zo muri Bibiliya rup. 114-117
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 121 n’isengesho