ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb19 Kigarama rup. 4
  • Ntutinye vya bikoko biteye ubwoba

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ntutinye vya bikoko biteye ubwoba
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
  • Ivyo bijanye
  • Kurwana n’ibikoko bibiri bikaze
    Ivyahishuwe: Insozero yavyo ininahaye iregereje!
  • Ivyahishuwe bisobanura iki ku bansi b’Imana?
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2022
  • Igikoko c’imitwe indwi kivugwa mu Vyahishuwe ikigabane ca 13 ni iki?
    Inyishu z’ibibazo bishingiye kuri Bibiliya
  • Ibibazo vy’abasomyi
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2025
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
mwb19 Kigarama rup. 4

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | IVYAHISHUWE 13-16

Ntutinye vya bikoko biteye ubwoba

13:1, 2, 11, 15-17

Gutahura ibikoko bivugwa mu Vyahishuwe ikigabane ca 13 biradufasha kwirinda kubitinya canke kubikurikira tubitangarira, nk’uko abantu muri rusangi babigira.

Erekana ico igikoko cose kigereranya

IBIKOKO

Igisato c’imitwe indwi

Igisato.​—Ivy 13:1

Igikoko c’amahembe cumi n’imitwe indwi

Igikoko c’amahembe cumi n’imitwe indwi.​—Ivy 13:1, 2

Igikoko c’amahembe abiri

Igikoko c’amahembe abiri nk’umwagazi w’intama.​—Ivy 13:11

Ishusho ya ca gikoko

Ishusho ya ca gikoko.​—Ivy 13:15

INTWARO

  • Intwaro nganzasi y’Abongereza n’Abanyamerika

  • Wa Muhari w’amahanga be n’icawusubiriye, ni ukuvuga ONU

  • Shetani

  • Intwaro zose z’abantu

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika