ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb19 Kigarama rup. 4
  • 16-22 Kigarama

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 16-22 Kigarama
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
mwb19 Kigarama rup. 4

16-22 Kigarama

IVYAHISHUWE 13-16

  • Ururirimbo rwa 55 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Ntutinye vya bikoko biteye ubwoba”: (Imin. 10)

    • Ivy 13:1, 2​—Ca gisato kiraha ububasha igikoko c’imitwe indwi n’amahembe cumi (w12 15/6 8 ing. 6)

    • Ivy 13:11, 15​—Igikoko c’amahembe abiri kiraha ubuzima ishusho ya ca gikoko ca mbere (re 193-194 ing. 26; 194-195 ing. 30-31)

    • Ivy 13:16, 17​—Ntiwemere ikimenyetso c’ico gikoko (w09 15/2 4 ing. 2)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Ivy 16:13, 14​—Amahanga azokoranirizwa gute “ku ntambara yo kuri wa musi uhambaye w’Imana Mushoboravyose”? (w09 15/2 4 ing. 5)

    • Ivy 16:21​—Ni ubutumwa ubuhe tuzobwirizwa gutangaza gatoyi imbere y’uko isi ya Shetani ivaho? (w15 15/7 16 ing. 9)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Ivy 16:1-16 (th icigwa ca 10)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Ividewo ya usubiyeyo ubwa mbere: (Imin. 5) Nimuyirabe mwongere muyiganireko.

  • Usubiyeyo ubwa mbere: (Imin. 3 canke idashika) Koresha agace kajanye na usubiyeyo ubwa mbere. (th icigwa ca 2)

  • Usubiyeyo ubwa mbere: (Imin. 5 canke idashika) Hera ku gace kajanye na usubiyeyo ubwa mbere. Nimumere nk’aho muhejeje kuraba ividewo Ingene dufasha abantu kwiga Bibiliya, maze muyiganireko. (th icigwa ca 11)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 21

  • Nugume ata ho uhengamiye: (Imin. 15) Guhana ijambo. Erekana ividewo Kutagira aho uhengamiye mu bikorwa no mu vyiyumviro. Nuce ubaza uti: Wokora iki kugira ugume ata ho uhengamiye mu bibazo vyo mu kibano canke mu kuntu leta ikora ibintu? Nimuce muraba ividewo Nugume ata ho uhengamiye mu biringo muhuriramwo n’abantu benshi. Nuce ubaza uti: Wokwitegurira gute ibintu bishobora gutuma ugira aho uhengamiye?

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 95

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 131 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika