ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb19 Munyonyo rup. 3
  • Niwirinde gutwarwa n’isi igihe utegura ubugeni bwawe

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Niwirinde gutwarwa n’isi igihe utegura ubugeni bwawe
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
  • Ivyo bijanye
  • Ingene mwotegura ubugeni butera iteka Yehova
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2025
  • Nimwongereze umunezero n’iteka vy’umusi wanyu w’ubugeni
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2006
  • Ubugeni Bunezereye Butera Iteka Yehova
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2000
  • Ni ibiki biba ku bugeni bw’Ivyabona vya Yehova?
    Ibibazo bikunze kubazwa ku bijanye n’Ivyabona vya Yehova
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
mwb19 Munyonyo rup. 3
Ifoto y’umuryango ku musi w’ubugeni

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Niwirinde gutwarwa n’isi igihe utegura ubugeni bwawe

Abakirisu bimirije kurushinga barafise ingingo nyinshi babwirizwa gufata. Hari aho bokwumva bashaka kwigana ubugeni buhanitse bukunda kuba mu kibano iwabo. Incuti n’abagenzi babipfuriza ineza na bo nyene boshobora kuba bafise ivyiyumviro vy’ukuntu urubanza rwogenda. Ni ingingo ngenderwako izihe zo muri Bibiliya zofasha abagiye kurushinga gutegura uwo musi wabo udasanzwe ku buryo batazosigara bicuza canke ngo bagire ijwi ryo mu mutima ribagiriza?

RABA IVIDEWO IVUGA NGO UBUGENI BUTERA ITEKA YEHOVA, MUCE MWISHURA IBI BIBAZO:

  • Izi ngingo ngenderwako zo muri Bibiliya zafashije gute Nick na Juliana?

    • 1Kr 10:31

    • 1Yh 2:15, 16

    • Gl 5:19-21

    • 1Tm 2:9

  • Kubera iki abimirije kurushinga bakwiye guhitamwo umuvukanyi ahumuye mu vy’impwemu ngo abe “umuhagarikizi w’ubukwe”?​—Yoh 2:9, 10.

  • Ni amahitamwo ayahe Nick na Juliana bagize ku bijanye n’ubugeni bwabo, kandi kubera iki?

  • Ni nde akwiye gufata ingingo ya nyuma ku bijanye n’ibirori vy’ubugeni be n’agatutu?​—w06 15/10 25 ing. 10.

Amafoto yerekana ibivugwa mw’ividewo ‘Ubugeni butera iteka Yehova.’ Nick na Juliana bariko barategura ubugeni bwabo, hakaba hari ingingo nyinshi babwirizwa gufata. 1. Barasenga umwe wese ukwiwe. 2. Tablette be n’impapuro vyerekana ubushakashatsi bagize. 3. Bariko barayaga n’umuryango ivy’ubugeni bwabo. 4. Bariko bategura ubutumire bw’ubugeni  bafashijwe n’incuti be n’abagezi.
    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika