ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb19 Munyonyo rup. 4
  • 11-17 Munyonyo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 11-17 Munyonyo
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
mwb19 Munyonyo rup. 4

11-17 Munyonyo

2 YOHANI 1-13; 3 YOHANI 1-14–YUDA 1-25

  • Ururirimbo rwa 128 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Dutegerezwa kurwana kugira tugume mu kuri”: (Imin. 10)

    • [Erekana ividewo Incamake y’igitabu ca 2 Yohani.]

    • [Erekana ividewo Incamake y’igitabu ca 3 Yohani.]

    • [Erekana ividewo Incamake y’igitabu ca Yuda.]

    • Yuda 3​—Nurwane “intambara ikomeye yo kurwanira ukwizera” (w04 15/9 11-12 ing. 8-9)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Yuda 4, 12​—Kubera iki abantu batibanga Imana bari bisobetse mw’ishengero bagereranijwe n’“ibitandara bihishijwe munsi y’amazi mu nzimano . . . z’urukundo”? (it-1 879, it-2 805)

    • Yuda 14, 15​—Kubera iki Henoki yavuze muri kahise ivyobaye muri kazoza, kandi iranguka ry’ubwo buhanuzi ni irihe? (wp17.1 12 ing. 1, 3)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) 2Yh 1-13 (th icigwa ca 12)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Ividewo ya mugihura: (Imin. 4) Nimuyirabe mwongere muyiganireko.

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) Koresha agace kajanye na mugihura. (th icigwa ca 1)

  • Mugihura: (Imin. 3 canke idashika) Hera ku gace kajanye na mugihura. Nutsinde ivyohagarika ikiyago bikunda kuvugwa aho iwanyu. (th icigwa ca 6)

  • Mugihura: (Imin. 3 canke idashika) Hera ku gace kajanye na mugihura. Nuce umuha agakarata ka jw.org. (th icigwa ca 11)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 87

  • Ibikenewe iwanyu: (Imin. 15)

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 90

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 147 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika