ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb19 Nzero rup. 6
  • Paulo afata ubwato buja i Roma

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Paulo afata ubwato buja i Roma
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
  • Ivyo bijanye
  • Pawulo arungikwa i Roma
    Ivyigwa dukura muri Bibiliya
  • Ibibazo vy’abasomyi
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2004
  • “Nta muntu n’umwe muri mwebwe azohasiga agatwe”
    “Nushinge intahe inogangije ku vyerekeye Ubwami bw’Imana”
  • «Gushinga intahe bimwe bishitse»
    “Nushinge intahe inogangije ku vyerekeye Ubwami bw’Imana”
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
mwb19 Nzero rup. 6

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | IVYAKOZWE 27-28

Paulo afata ubwato buja i Roma

27:23, 24; 28:1, 2, 16, 17

N’igihe Paulo yari imbohe, ntiyigeze ahagarika kuvuga inkuru nziza. Igihe yari mu bwato, yarabwiye inkuru nziza abo bari bafatanije urugendo be n’abakorera kuri ubwo bwato. Ubwato bumaze gusabira mw’izinga rya Malita, nta nkeka ko yaciye aboneraho akaryo ko kubwira inkuru nziza abo yari yafashije kurokoka iryo sanganya. Haciye imisi itatu gusa ashitse i Roma, yarakoranije abantu bakurubakuru bo mu Bayuda kugira ngo ababwire inkuru nziza. Vyongeye, mu myaka ibiri yamaze ari mu nzu y’ibohero, yaguma abwira inkuru nziza uwamugendera wese.

Wokora iki kugira ngo ubwire abandi inkuru nziza naho woba uri mu bihe bitakworohereza?

Paulo ariko arabwira inkuru nziza abantu bakurubakuru bo mu Bayuda baba i Roma abohewe ku musoda; Inzira Paulo yafashe kuva i Sezariya gushika i Roma
    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika