ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb18 Gitugutu rup. 5
  • “Ndabahaye icitegererezo”

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • “Ndabahaye icitegererezo”
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
  • Ivyo bijanye
  • Yezu yaraduhaye icitegererezo co kwicisha bugufi
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2012
  • Nutsimbataze ukwicisha bugufi nyakuri
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2005
  • “Ndicisha bugufi”
    “Ingo unkurikire”
  • Yehova araha agaciro abasavyi biwe bicisha bugufi
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2019
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
mwb18 Gitugutu rup. 5
Yezu ariko aroza ibirenge intumwa ziwe

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | YOHANI 13-14

“Ndabahaye icitegererezo”

13:5, 12-15

Igihe Yezu yoza ibirenge intumwa ziwe, yari abigishije kwicisha bugufi no gukorera abandi ibikorwa biciye bugufi.

Nokwerekana gute ko nicisha bugufi igihe . . .

  • Abadada babiri bariko barashwana

    havyutse imitongano canke ukutumvikana?

  • Umuvukanyi ariko arahanura mugenziwe

    hari uwumpanuye canke uwunkosoye?

  • Abavukanyi bariko baragirira isuku Ingoro y’Ubwami

    Ingoro y’Ubwami ikeneye kugirirwa isuku canke kubungabungwa?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika