ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb18 Myandagaro rup. 3
  • Mwibuke muka Loti

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Mwibuke muka Loti
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
  • Ivyo bijanye
  • Mwibuke muka Loti
    Ivyigwa dukura muri Bibiliya
  • Muka Loti Arāba Inyuma
    Igitabu Canje c’Inkuru za Bibiliya
  • Nakuriye mu bukene, mugabo ubu ndatunze
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2018
  • Nturabe “ibiri inyuma”
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2012
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
mwb18 Myandagaro rup. 3
Muka Loti aravye inyuma i Sodomu, aca ahinduka inkingi y’umunyu

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Mwibuke muka Loti

Kubera iki muka Loti yaravye inyuma igihe yariko arava i Sodomu? Bibiliya nta co ibivugako. (It 19:17, 26) Ariko turavye ibiri mu ngabisho ya Yezu, ashobora kuba yaripfuje ivyo yari yasize inyuma. (Lk 17:31, 32) None twokwirinda gute gutakaza ubutoni bw’Imana nk’uko kwa muka Loti? Ntidukwiye kureka ngo kwiruka inyuma y’amaronko bifate ikibanza ca mbere mu buzima bwacu. (Mt 6:33) Yezu yarerekanye ko “[tuda]shobora gushumbira Imana n’Ubutunzi.” (Mt 6:24) Bite ho nka hamwe twobona ko ibintu vy’umubiri bitanguye kudutwara umwanya w’ivy’impwemu? Turakwiye gusaba Yehova ngo adufashe kubona ivyo dukwiye guhindura, tukamusaba n’umutima rugabo be n’inguvu vyodufasha kugira ico duhinduye.

UFATIYE KU BIVUGWA MURI VYA BICE BITATU VY’IVIDEWO MWIBUKE MUKA LOTI, WOKWISHURA GUTE IBI BIBAZO?:

  • Anna ari ku kazi; Gloria ari kumwe na muyomba wiwe; Bernard na Gloria bariko barasenga

    Mu vyo nkora, nokwerekana gute ko ‘nibuka muka Loti’?

    Icipfuzo co kuronka amahera menshi cigaruriye gute ivyiyumviro vya Gloria, ivyo avuga be n’ivyo akora?

  • Ni ingabisho iyihe dukura mu karorero ka muka Loti muri iki gihe?

  • Gushira mu ngiro impanuro zo muri Bibiliya vyafashije gute Joel n’umuryango wiwe?

  • Abagenzi Anna yari afise ku kazi bamuhungabanije gute mu vy’impwemu?

  • Ni kubera iki dukeneye umutima rugabo igihe hari abatwosha gushira imbere amahera mu buzima?

  • Ni gute Bernard na Gloria bahavuye basubira gushira imbere ivy’impwemu?

  • Ni impanuro izihe zo muri Bibiliya zerekanywe muri iyi videwo?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika